Raise awareness of climate change!

Tanguza isekeza ryerekeye ivy’ikirere

Wamaze kubona ingorane kandi ushaka kuyikemura. Kumbure ushaka kurinda parike y’igihugu (Parc National), canke kugabanya umwanda ucafuza ikirere (pollution) mu rugo rwawe, mu kigwati canke mu gisagara. Kumbure ushaka kubona ubuhinga buhingura imishwarara y’izuba (panneaux solaires) kw’ishure ryanyu. Muri ico gihe, ukeneye kugira isekeza (une campagne)- ikintu gikunganiriza abantu ku ntumbero yawe uharanira (ta cause) uce ujijura abajejwe intwaro bafise ubushobozi bwo gukemura ico kibazo.

Isekeza (campagne) rigizwe n’ibice bitandatu. Fata ikaramu y'igiti (crayon) n’urupapuro , uheze wige igice cose kigize ikangurashaka/isekeza kiri aha munsi, uce wandika inyishu zawe. Uza kuba uronse isekeza ryo guhimiriza:

Ahaheruka