Umugera VIH nico kimwe n’ikiza ruhonyanganda SIDA ?
Hitamwo kimwe
Woshobora kwandura umugera wa VIH mu gusangira imfungurwa ?
Kugendana n’umuntu akuze kandi atunze (yifise) birimwo irinde (vyotera impanuka)?
Abagenzi banje baranywa ibiyayuramutwe. Ibiyayuramutwe vyo kwikabura ntaco bizongira.
Kugendana umugera VIH bisigura ko ugiye gupfa ?
Mbega umuntu wese yarakwiye kwipimisha umugera VIH?
Gukora imibonano mpuzabitsina mudakoresheje udupfuko ni vyiza ?
Mbega kwihangana nico conyene gishoboka?
Mbega woshobora gutwara inda biciye mu gusomana?
© Twigishanye