Utubazo kubijanye n’akabonge

Uzi iki ku bijanye n'akabonge. Ishura utu tubazo wipime.

Akabonge gaterwa na

Hitamwo kimwe

Ibi bikurikira ni imvo zituma haba uguhahamuka KIRETSE

Hitamwo kimwe

Ibimenyetso vy’akabonge bishobora kubamwo

Hitamwo kimwe

Akabonge ni ikibazo mu bihugu vyateye imbere vyo mu burayi, kandi ntabwo ari ikibazo mu bindi bihugu:

Hitamwo kimwe

Nivyo canke sivyo? Inzira yonyene yo gukira akabonge ni kurindira ko vyijana vyonyene/kwikiza ukwo nyene.

Hitamwo kimwe

Nivyo canke sivyo? Imiti ikoreshwa mu kuvura akabonge itera guhinduka umuja wayo kandi ikabuza kugira ibishobisho/ivyiyumviro bibereye/bizima :

Hitamwo kimwe

Nivyo canke sivyo? Gukoresha ukwibako n’ukwibungabunga birashobora gufasha umuntu gukira akabonge:

Hitamwo kimwe

Genda ku rupapuro rwa mbere